- Голоса:
- Смотри также:
National Anthems - Текст песни Burundian National Anthem - Burundi Bwacu
Burundi bwacu, Burundi buhire,
Shinga icumu mu mashinga,
Gaba intahe y'ubugabo ku bugingo.
Warapfunywe ntiwapfuye,
Warahabishijwe ntiwahababuka,
Uhagurukana, uhagurukana, uhagurukana, ubugabo urikukira.
Komerwamashyi n'amakungu,
Habwa impundu nabawe,National Anthems - Burundian National Anthem - Burundi Bwacu - http://ru.motolyrics.com/national-anthems/burundian-national-anthem-burundi-bwacu-lyrics.html
Isamirane mu mashinga, isamirane mu mashinga, Burundi bwacu, ragi ry'abasokuru,
Ramutswa intahe n'ibihugu,
Ufatanije ishaka n'ubuhizi;
Vuza impundu wiganzuye uwakuganza uwakuganza. Burundi bwacu, nkoramutima kuri twese,
Tugutuye amaboko, umitima n'ubuzima,
Imana yakuduhaye ikudutungire.
Horana ubumwe n'abagabo n'itekane.
Sagwa n'urweze, sagwa n'amahoro meza.










